Discover

Topics

Bibiliya Yera mu kirundi

Bibiliya Yera mu kirundi version history

‹ General Info
12
Version 1.0.9
Updated 4 years ago
Changelog Muri iyi version hakosowe amakosa y'inyandiko kandi tuguma kuraba aho kuri youtube, kugira mukoresha neza options ziyi application: https://www.youtube.com/channel/UC6S9ehPgB-JSKr2t6LUplIg
Version 1.0.8
Updated 4 years ago
Changelog Twasanze hari abatakoresha options zose. Raba aho kuri youtube, kugira mukoresha neza: https://www.youtube.com/channel/UC6S9ehPgB-JSKr2t6LUplIg
Version 1.0.7
Updated 4 years ago
Changelog Muri iyi version 1.0.7 hari amakosa twakosoye mwatubariye yabonetse mu ma versions yaheruka. Imana ibahezagire
Version 1.0.6
Updated 4 years ago
Changelog Hari imirongo dukosoye, mwakoze kuyitwereka!
Version 1.0.5
Updated 4 years ago
Version 2.0.5
Updated 2 years ago
Changelog Rondera umurongo canke ijambo vyoroshe, sangiza abandi imirongo, ankika inyigisho ku murongo uyibikire, siga amarangi atandukanye ku mirongo watoranije, shira utumenyetso ku mirongo yagize ico ikwigishije, ukaba ufise ingorane zo kubona neza cagura ubunini binini bg'indome wifuza canke uhindure amarangi, uronka umurongo ku musi ku musin ,'ibindi... Vyose ni kubuntu imisi yose kandi nta bimenyeshwa bizojako (jamais de publicités/ads)
Version 2.0.4 (2 variants)
Updated 2 years ago
Changelog Kubera hari abatinye kwiyandikisha twaretse kwama tubibutsa kwiyandikisha. Kuwubishatse, nkuko benshi bari basavye iyo option, mubisaga muri "Menu de l'application". Tubamenyeshe ko ata email yanyu canke izina dutanga ahantu na hamwe, kubiduha ni ukugira mushobore kubikura ivyo mwabitse mwebwe nyene. Uwushatse akoreshe pseudonyme kuko ni ivyiwe gusa kugira ashikire ububiko. Murakoze. Muhezagirwe
Version 1.0.4
Updated 4 years ago
Version 2.0.3 (3 variants)
Updated 2 years ago
Version 2.0.2
Updated 3 years ago
Changelog Rondera umurongo canke ijambo vyoroshe, sangiza abandi imirongo, ankika inyigisho ku murongo uyibikire, siga amarangi atandukanye ku mirongo watoranije, shira utumenyetso ku mirongo yagize ico ikwigishije, ukaba ufise ingorane zo kubona neza cagura ubunini binini bg'indome wifuza canke uhindure amarangi, uronka umurongo ku musi ku musin ,'ibindi...
Vyose ni kubuntu imisi yose kandi nta bimenyeshwa bizojako (jamais de publicités/ads)
12